Burundi l Mirror team yaingia mashakani

Kundi linalotambulika kwa wengi kama MIRROR TEAM kutoka nchini Burundi laingia mashakani baada ya msanii mwingine kutangaza rasmi kuachana na kundi hilo.

Hilo limejitokeza tena kwa mara ya pili baada ya mwingine aliyeachana na kundi hilo.Mwanamuziki aliyekuwa anatambulika kwajina la LANDRY GATEKA.

Asubuhi ya leo msanii mwingine na kiongozi wa kundi hilo anayejulikana kwa jina la AIME LoVINESS kutangaza kuachana na kundi hilo,kitu ambacho kimewashangaza mashabiki wao sana bila kutegemea.
Burundi l Mirror team yaingia mashakani

mwanamuziki huyo kupitia ukurasa wake wa facebook ameandika yafuatayo:

Har igih gufata ingingo biba bigoy n cane can iyo usanze k ugiy guheba ivyo warondey numutima n’inguvu zawe zos,iyo uravy intambw muba mugezeko cnk umuryango uba waraharons,ariko kd nubwo Ubu ur umu leader iyo haje irind jwi ryumu leader des leader rikubwir ibitandukany nivy warimw nubwo wokwigir k utaryumvis cnk ukigir simbona nivyakany gato utegerezwa Kurekur kko ngo har impamvu yagutoy mur benshi
Narageragej kwigir umuhinga mugutahur ko ntota MirrorTeam nirengagiza ico Imana inshakak ariko incuro zos nabigeragej niho natahur k Imana idaharirizwa kd idafyina kko sinar bwiger mbura amahoro mur jew aho atakintu nakimw nar nkishoboy gukora.
Ariko ngo har impamvu nabayeho ndashim Imana ko mumyaka yos nabayeho,2017 umberey umwaka wo kumnya ico naremew Ubu nguwe neza

Hariho umuryango mvuyeyo utanezerew ariko kd hariho nuwundi ninjiyemwo kuva mfash iyo ngingo waciy utangura kuvuza impundu ninzamba niyo mpamvu harih abadshobora kuntahura nkuko hariho abantahuy batanguy n kunshira mugisabisho kugir ishak ryImana riranguke mur jew nkuko ibishaka,Data narengutse nungire ikiremwa kiguhimbara, nuntume gushika aho wipfuza k ubutumwa bwaw bushika,
Uwar umukunzi wanj nanshire mumasengesho ham ntab akimbona nkumuntu akomey ahubwo atahure k uwampay ingabirano ariw akwiye kwitwa superstar,Hama simpevye kuririmba gusa mpinduye imfunguro bivuze k n ubutumwa buhindutse kko ngo inka ikamwa ico yariy,Ubu ngiy kuririmba indirimbo z kuninahaza Imana
#Patrick_Simbiz merci
#Nick merci
#Dizzy merci
#Landry_SB merci
#Elsie merci
#MTF ndabkunda caane gusa sindusha uwaturemye
Dusengeranir kugir ishak ryImana ab ariryo ryiganza — feeling fantastic.
maneno ambayo yamewapa msisimuko mashabiki wa kundi hilo.
Bado tunafanya utafiti na uchunguzi kwa kina ili kujua wenzake wamechukuliaje hatua hiyo.

Usisahau kushare na wengine kwa habari kali kali

Favicon Burundi l Mirror team yaingia mashakani